Kurikire amakuru ajanye n'ihimbazwa ry'indwi yahariwe abarundi baba mu makungu , ivyo bakora mu guterera mw'iterambere ry'igihugu cabibarutse.
Irabire kandi amakuru ajanye n'imigenderanire y'Uburundi n'igihugu ça Nigéria ; mwongere mwirabire imigambi ishirwa mu gisata c'uburimyi mu Burundi kugira ngo uburimyi butez'imbere abarundi koko. Harimwo n'ayandi makuru...
#BURUNDI
-------------------
- Gen Adolphe Nshimirimana yari umusoda adasanzwe mu gisirikare c'u Burundi
- Uruzinduko rwa Perezida Samia Suluhu Hassan wa Tanzania mu Rwanda
- Raba ingene Igirikare c'u Rwanda cyohereje mu Burundi inyeshyamba 19 za RED TABARA Cafashe